Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ikiganiro ku mucuraranzi w'umuduri Nkeshimana Emmanuel
Umucuraranzi Nkeshimana Emmanuel aherutse kuronka ikidari naho atakiriho, ikidari yahawe n'umukuru w'igihugu Pierre Nkurunziza ku co yise intererano y'uwo muririmvyi mu vy'imibano.
Mbe Nkeshimana Emmanuel ni nde? Yabayeho gute? Inyishu ni muri kino kiganiro c'Imvo n'Imvano.