Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umurwi w'abahindi b'aba Islamu bariko barahindura inyigisho zitari zo zitangwa
Umurwi w'aba Islamu bo mu Buhindi, batumira abatari abari mur'iryo dini mu misigiti kugira batahure gusumba iryo dini