Addyi: Umuti musha w'abagore

Ahavuye isanamu, AP
Ikigo kijejwe gusuzuma imiti n'ibifungurwa muri Leta zunze ubumwe za Amerika cemeje urudandazwa rwa Viagra y'abagore.
Uwo muti ukemura ikibazo co kutifuza imibonano mpuzabitsina, bataziriye Addyi, ugenewe abagore batarashika mu gihe co guca invyaro bafise ico kibazo