Ebola yarengeye MSF

MSF yabwiye BBC ko yarengewe n'abarwayi ba Ebola muri Liberia

Ahavuye isanamu,

Insiguro y'isanamu, MSF yabwiye BBC ko yarengewe n'abarwayi ba Ebola muri Liberia

Ishirahamwe ry'abagiraneza Medicins Sans Frontieres rimenyesha ko"ryarengewe n'igitigiri c'abarwayi ba Ebola" muri Liberia.

Rivuga ko ivuriro ryaryo rikuru mu muji wa Moronvia ryirukana abarwayi baje bataka guhabwa ubufasha buri munsi.