Ruswa yica benshi ku mwaka
Icegeranyo c'ikigo kijejwe kurwanya ubukenye, ONE, kivuga ko hafi ya miriyaridi igihumbi z'ama dollar ku mwaka yakwa ibihugu bikenye.
Ngo ayo mahera yari gushobora kugura imiti ya nkenerwa hamwe no kwubaka amashure.