Raba ingene uyu munyegori wa Al-Shahania yariye igitsindo mu misegonda 10 gusa
Raba ingene uyu munyegori w'umurwi Al-Shahania Khalifa Al-Dosari yafyinase agakubitwa igitsindo mu misegonda 10 ya mbere mu rukino rwayihuza na Al Arabi mw'ihiganwa ryo muri Qatar.