Igikombe cy'isi cya 2018: Amafoto aragaraza Ubufaransa bwishimira gutwara igikombe

Ahavuye isanamu, Reuters
Abafana b'ikipe y'igihugu y'umupira w'amaguru y'Ubufaransa bakomeje kwishimira intsinzi y'Ubufaransa y'ibitego 4 kuri 2 bya Croatia yatumye ku cyumweru butwara igikombe cy'isi cy'uyu mwaka wa 2018 cyaberaga mu Burusiya.
Wabaye umunsi wuzuye imbamutima ku ikipe yose y'Ubufaransa.
Ariko by'umwihariko ku mutoza Didier Deschamps, wabaye uwa gatatu mu mateka y'isi utwaye igikombe cy'isi nk'umutoza kandi yarigeze no kugitwara ubwo yari akiri umukinnyi.

Ahavuye isanamu, EPA

Ahavuye isanamu, Getty Images

Ahavuye isanamu, Getty Images

Ahavuye isanamu, Reuters

Ahavuye isanamu, EPA

Ahavuye isanamu, Getty Images

Ahavuye isanamu, AFP/GETTY

Ahavuye isanamu, Getty Images






