Lesotho: bafise urugomero, ariko bo nta mazi meza bafise
Lesotho: bafise urugomero, ariko bo nta mazi meza bafise
Lesotho ni igihugu gikikujwe na Afrika y’epfo, ‘cugaranywe’, kumwe kwa San Marino na Vatican.
Uretse ubuto bwaco, kirafise ivyo cisangije, ugereranije n’ibihugu bibanyi: amazi.
Kuva amasezerano yasinywe mu 1986, Lesotho ironsa amazi ibice bimwe vya Afrika y’epfo.
“Si akarenganyo kuba dufise n’urugomero rw’amazi rurahurira na Afrika y’epfo, twebwe ata mazi meza dufise?”
Ni kimwe mu bibazo aba nye Lesotho bibaza.




