Burundi: Ubuzima bw'abana bahoze ari abo mw'ibarabara
BBC iherutse kugendera abana batoraguwe mw'ibarabara bakaja kurererwa mu kigo ca Munzenze mu buseruko bw'Uburundi bayibwira uko bamerewe.
Bimwe mu vyo bifuza ku bakuze ni ugusubira iwabo bakitegurira ubuzima bwo mu gihe c'ubukure, abandi bifuza gusubira kwiga.







