Haiti: Kenya izoshobora gutabara aho Brazil yananiwe?

Insiguro ya video, Kenya mu kajagari ka Haiti, n'uko igipolisi ca Kenya gisanzwe kizwi.
Haiti: Kenya izoshobora gutabara aho Brazil yananiwe?

Antonio Guterres wa ONU avuga ko ibibera muri Haiti ari “indoto mbi”.

Bivugwa ko abateye isibe bagenzura ibice 80% vy’umugwa mukuru w’igihugu.

Inyuma y’impari mu nama nshingamateka, Kenya itegekanya kurungikayo aba polisi 1000, mu kiringo c’umwaka.

Ibi ni ibigize ako kajagari muri Haiti, n'uko igipolisi ca Kenya gisanzwe kizwi.

Kenya mu kajagari ka Haiti, n'uko igipolisi ca Kenya gisanzwe kizwi.
Insiguro y'isanamu, Kenya mu kajagari ka Haiti, n'uko igipolisi ca Kenya gisanzwe kizwi.