Trump yashimiye abanye-Amerika mw'ijambo ryiwe ry'intsinzi

Insiguro ya video, Trump ariko arashikiriza ijambo abamutoye
Trump yashimiye abanye-Amerika mw'ijambo ryiwe ry'intsinzi

Nyuma yo kumenya ko ari we aza imbere mu majwi, Donald Trump, yaserukiye abarebublikani mu matora y'umukuru w'igihugu wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, yashikirije ijambo ry'intsinzi ku banyagihugu.