Mwa bavyeyi mwe… ingwara ya ‘anaemia’ ni mbi cane

Insiguro ya video, Muri India, abagore 3 kuri 5 bizwi ko bafise ‘anaemia’.
Mwa bavyeyi mwe… ingwara ya ‘anaemia’ ni mbi cane

Muri India, abagore 3 kuri 5 bizwi ko bafise ‘anaemia’.

Iyo ngwara y’ikeha ry’amaraso yunyurwa no kutamenya, ndetse no mu vyo abantu bemera:

“Nkiri muto, bambwira ko imfunguro ya musaza wanje iri nkenerwa.”

Ni ingwara mu zo leta imaze imyaka ihanganye, muri ico gihugu kirimwo abaminuje m’ubuvuzi, ariko kirimwo n’ubukene budasanzwe.

Umenye na bimwe ivako.

Muri India, abagore 3 kuri 5 bizwi ko barwaye ‘anaemia’.
Insiguro y'isanamu, Muri India, abagore 3 kuri 5 bizwi ko barwaye ‘anaemia’.