Francine Niyonsaba avuga iki inyuma yo kuba uwa mbere ku metero 3000 i Lausane?
Francine Niyonsaba avuga iki inyuma yo kuba uwa mbere ku metero 3000 i Lausane?
Umurundikazi Francine Niyonsaba yatahukanye ikibanza ca mbere mw'ihiganwa rya Diamond League ryariko rirabera i Lausane mu Buswisse ku metero 3000.
Uwo murundikazi aherutse guhabwa icubahiro co kwitwa ambasaderi yasize isegunda imwe gusa umunye Amerika Alicia Monson.
Francine Niyonsaba yagize iminoto 8:26:80 na we Monson agira iminota 8:26:81.
Ihiganwa rya nyuma rya Diamnond League ritegekanijwe itariki 6 z'ukwezi kw'icenda mu 2022.