Mu masanamu imyiyerekano yo kwiyamiriza inyifato ya EU ku ntambara zibera mu buseruko bwa RD Congo
Mu masanamu imyiyerekano yo kwiyamiriza inyifato ya EU ku ntambara zibera mu buseruko bwa RD Congo
Abanyekongo baba mu Bubiligi bagize imyiyerekano yo kwiyamiriza ishirahamwe ry'ubumwe bwa Buraya buryagiriza agacerere ku ntambara ibera mu buseruko bwa Republika ya Demokrasi ya Congo.
Bahamagarira kwinuba amwe mu makompanyi akoresha amabuye y'agaciro aba yibwe muri ico gihugu.