Video: Umugore yogereza abantu imodoka abasanze aho bari

Insiguro ya video, Elcyne Nijimbere yatanguje umugambi wa 'Car Wash Mobile' mu 2023
Video: Umugore yogereza abantu imodoka abasanze aho bari

Elcyne Nijimbere akora akazi ko kwoza imodoka akagusanga muhira canke ku kazi, utarinze guta umwanya [Car wash mobile].

Akazi k'ububorayi kiganjemwo igitsina gabo. Avuga ko agitangura hari abagerageje kumuca intege.

Elcyne Nijimbere