Goma, abaho barara ntibuca

Insiguro ya video, Goma, abaho barara ntibuca
Goma, abaho barara ntibuca

Uko umuhari M23 uguma wigarurira uturere m'ubuseruko bwa DRC, niko amakenga yiyongera mu baba muri iyo ntara.

Goma, igisagara gikuru ca Kivu ya ruguru, cabamwo abantu imiliyoni 2, ubu bamwe ntibazi uko buca.

Goma irasatiriwe, inyuma ya Minova na Sake, ubwoba ni bwinshi muri ico gisagaraga gihuje irembo n'Urwanda.

Goma irasatiriwe n'umuhari M23, inyuma ya Minova na Sake.
Insiguro y'isanamu, Goma irasatiriwe n'umuhari M23, inyuma ya Minova na Sake.