Burundi: Andyman Mberincuti yatinyutse kuvuga ingene yafashwe ku nguvu afise imyaka 11
Burundi: Andyman Mberincuti yatinyutse kuvuga ingene yafashwe ku nguvu afise imyaka 11
- Umwanditsi, Cyriaque Muhawenayo
- Igikorwa, BBC Gahuzamiryango
Mberincuti ubu nibwo yatinyutse kuvuga amabi yamukorewe n’umusore yamusumvya imyaka 10. Avuga n’ingaruka zikomeye mu buzima ibi vyamugizeko.
Deborah Irakiza umuhinga mu nyifato n’isanamitima avuga ko iyo umwana w’umuhungu cyangwa umuhungu akuze afashwe ku nguvu aratinya kubivuga kubera ‘ni nk’aho umengo bamwambuye ubugabo’. Avuga kandi ingaruka mbi gwose zishikira abakorewe ivyo.



