Intebe y'abamugaye ishobora kuduga no kumanuka ingazi
Intebe y'abamugaye ishobora kuduga no kumanuka ingazi
Abagiraneza bo mu gihugu ca Espagne barahinguye intebe y'abamugaye ishobora kuduga no kumanuka ingazi.
Iyi ntebe yakemuye ikibazo co kwiyunguruza ku baba mu muji wa Barcelana aho amazu menshi agerekeranye (etage) ashikwamwo hakoreshejwe ingazi kandi akaba ata vya vyuma birerura abantu canke ascensseur/elevator, usanga afise.
Abakoresha iyo ntebe ubu bariruhutsa kuko batagitegerezwa kuguma mu nzu.



