Lamine Yamal, inzira yiwe iranditswe?

Insiguro ya video, "Intango ya ba rurangiranwa babiri"
Lamine Yamal, inzira yiwe iranditswe?

Ku myaka yiwe 16, niwe avugwa mu nkino za Euros za football.

Nta kirahishurwa uko kuva ari uruyoya yisanze mu munwe ya Messi, we afise imyaka 20.

Se wa Yamal we, yanditse ko abo bakinyi rurangiranwa 2 basangiye urugendo.

Se wa Lamine: "Intango ya ba rurangiranwa babiri"

Ahavuye isanamu, JOAN MONFORT/AP

Insiguro y'isanamu, "Intango ya ba rurangiranwa babiri"