Ubuto bwa Mama Burna, n’ubwana bwa Fela Kuti na Burna Boy
Ubuto bwa Mama Burna, n’ubwana bwa Fela Kuti na Burna Boy
Bose Ogulu, yatsindiye agashimwe k’umuziki ‘Best Of Africa Awards’, kadasanzwe, k’urwego rwa Africa.
Azwi nka Mama Burna, nk’uwutunganya ibikorwa vya Burna Boy.
Yaganiriye BBC uko we nyene yinjiye mu vyo umuziki.
Yanahishuye impano yamye abona k’umuhungu wiwe, n’uko yamye afasha abana biwe kuzikomeza.




