Guhera uyu munsi, BBC Gahuzamiryango iratangura gusamiranira i Nairobi muri Kenya...

Insiguro ya video, Raba ico abamenyeshamakuru ba BBC Gahuzamiryango bakubikiye
Guhera uyu munsi, BBC Gahuzamiryango iratangura gusamiranira i Nairobi muri Kenya...

Inyuma y'imyaka irenga 30 BBC Gahuzamiryango isamiranira i Londres mu Bwongereza gura uyu munsi iratangura kumvikanira i Nairobi muri Kenya.

Gahuzamiryango irabandanya kukugezaho ikiganiro ca radio, amakuru ku rubuga rwacu www.bbcgahuza.com eka ibi hamwe n'ibindi ukabisanga kuri 'pages' zacu ku mbuga hwaniro za Facebook na X.

Ntutangwe kubana natwe...

Aba ni abamenyeshamakuru ba BBC bafadikanije gukora ikiganiro ca nyuma ca BBC Gahuzamiryango ubwa nyuma ivugira i Londres ku wa kabiri igenekerezo 02 Kigarama
Insiguro y'isanamu, Aba ni abamenyeshamakuru ba BBC bafadikanyije gukora ikiganiro ca nyuma ca BBC Gahuzamiryango ubwa nyuma ivugira i Londres ku wa kabiri igenekerezo 02 Kigarama