Ghana: icukura rya zahabu uburyo bwa 'galamsy' ni nko kwiyahura

Insiguro ya video, Mu buryo butemewe n'amategeko, bakoresha ubumara bwangiriza agataka.
Ghana: icukura rya zahabu uburyo bwa 'galamsy' ni nko kwiyahura

Gucukura amabuye y'agaciro mu buryo butemewe n'amategeko, muri Ghana ni akazi kamamaye mu izina rya 'galamsey'.

Akabuye gato ka zahabu, gashobora kugurwa $150, gucukura no kukabona bishobora gutwara igice cy'umunsi.

Ariko muri ayo mashyamba, habangamiwe n'ihumana: "Dukoresha ubumara bwa mercure mu gutandukanya zahabu n'igitaka".

Abayobozi babikoraho iki ngo bakingire ababa hagufi.

Mu buryo butemewe n'amategeko, bakoresha ubumara bwangiriza agataka.
Insiguro y'isanamu, Mu buryo butemewe n'amategeko, bakoresha ubumara bwangiriza agataka.