FDLR: abari muri uwo mutwe baharanira iki, bafashwa na bande?

Insiguro ya video, FDLR: abari muri uwo mutwe baharanira iki, bafashwa na bande?
FDLR: abari muri uwo mutwe baharanira iki, bafashwa na bande?

Ni umutwe w'abagwanyi b'Abanyarwanda b'Abahutu, bafatwa nk' 'intagondwa'.

FDLR ni umugwi ugwanya reta y'u Rwanda uvugwa cyane mu buseruko bwa DRC, kuva nyuma ya jenoside yasize amarira mu Rwanda, mu 1993.

Bavuga ko baharanira demokarasi y'ukuri mu Rwanda.

Ariko bashinjwa na ONU ibyaha bikomeye cyane cyane muri DRC, nko gufata abagore ku ngufu.

Aba FDLR bavuga ko bagwanira demokarasi mu Rwanda.
Insiguro y'isanamu, Aba FDLR bavuga ko bagwanira demokarasi mu Rwanda.