Titanic: amakuru yanyuma kuri bwa bwato bwibira mu 1912
Titanic: amakuru yanyuma kuri bwa bwato bwibira mu 1912
Abahinga muri kahise no mu guhingura amasanamu, begeranije ibisigarira vya Titanic, bakuramwo igisa nabwo.
Bwazamye mu 1912, buhitana abantu barenga 1 500, mw’ibahari Atlantic.
Vyitezwe ko aya masanamu azotanga ayandi makuru ku vyabaye.