War’uzi ko inzovu zishobora kwoga mu nzuzi?
War’uzi ko inzovu zishobora kwoga mu nzuzi?
Mu 2017, igisoda co mu mazi ca Sri Lanka casanze inzovu 2 zigeze kuri 16km, mu kiyaga.
War’uzi igituma inzovu zishobora kwoga gushika kure, nko mu kiyaga?
Igitangaza gishingiye k’uko inzovu ikuze ipima hagati ya toni 2 na toni 7.




