Video: Kuki Minani Samuel yifata nk'abagore?
Video: Kuki Minani Samuel yifata nk'abagore?
Minani Samuel azwi kw'izina rya 'Baby' aba muri komine Muha mu gisagara ca Bujumbura.
Uwo mugabo w'imyaka 45, avuga ko yafashe ingingo yo kwambara nk'abagore, inyuma y'aho ahakiwe kwicwa mu ntambara.
Arubatse akaba afise abana bane.




