Israel-Hamas: Uku niko imihora yo mu kuzimu ikoreshwa na Hamas imeze
Israel-Hamas: Uku niko imihora yo mu kuzimu ikoreshwa na Hamas imeze
Uhora wibaza ingene abarwanyi bo muri Gaza biyunguruza gushika muri Isiraheli?
Raba iyi video igushikane mu mihora y'inzira zo mu kuzimu, zikoreshwa n'abarwanyi biyitirira Islamu bahanganye n'igisirikare ca Isiraheli.