“Uruzuba rwakurikiwe n’imyuzure...ni aho Imana”
“Uruzuba rwakurikiwe n’imyuzure...ni aho Imana”
Ni imiliyoni zirenga 22 z’ababangamiwe n’ihinduka ry’ikirere, uyu mwaka gusa, muri Nigeria.
Abarimyi basavye amadeni ngo barime bimbure, baterwa n’uruzuba rwakurikiwe n’imyuzure.
FAO, ishami ry’uburimyi n’ubworozi rya ONU, rihanura ko ari ukwijukira ibiterwa birinda uruzuba, ahandi ho inzara izomara abantu.




