DR Congo – Rwanda: Abahitanywe n'imyuzure bari gushobora gukingirwa?
DR Congo – Rwanda: Abahitanywe n'imyuzure bari gushobora gukingirwa?
“Ivyabaye si isanganya”.
Abantu amajana bapfiriye nka rimwe, mu turere twa Rubavu - Rwanda, Kalehe -DR Congo. Ibihumbi baracaronderwa.
Ir. Anne-Marie Bihirabake arongoye umuryango East Africa Green Federation, aragabisha, anasigura ko ivyo bihugu bizwi uko bibangamiwe, ko rero bidategerezwa kwijajara.
Imyuzure nk’iyo inavugwa muri Kenya, Uganda, no mu Burundi, naho ata bangana uko irahitana.




