CPI (ICC), yoba igishobora gukinga amabi?

Insiguro ya video, CPI (ICC), yoba igishobora gukinga amabi?
CPI (ICC), yoba igishobora gukinga amabi?

"Muri RDC twaratanguye amatohoza…turi mu bihe bitoroshe, ariko si imvo yo gucika intege."

Mame Mandiaye Niang, umwe mu vyegera vy'umucamanza mukuru wa ICC / CPI yabibwiye BBC.

Perezida Trump wa USA yafatiye ibihano CPI, mu gihe m'uturere nka Gaza, ubuseruko bwa RDC, n'ahandi, havugwa intambara zihitana abantu.

Ni ibihano vyavuye ku matohoza CPI yatanguye ku vyagirizwa Israel.

Mame Mandiaye Niang, umwe mu vyegera vy'umucamanza mukuru wa CPI.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Mame Mandiaye Niang, umwe mu vyegera vy'umucamanza mukuru wa CPI.