“Nta gitangaje ko ubwo bwato bwazimiriye mu mazi”?

Insiguro ya video, Bwazimiye burimwo abantu 5, bwibiye mw’ibahari Atlantic.
“Nta gitangaje ko ubwo bwato bwazimiriye mu mazi”?

Titan niko ico cuma kizwi.

Ni ubwato bushobora kwibira gushika ku 4 000m mu mazi.

Gifise ububiko bw’umwuka bw’amasaha 96.

Bwazimiye burimwo abantu 5, bwibiye mw’ibahari Atlantic, iyo Titanic yahereye, igahitana abashika 1 500.

Umwe umwe yishurirwa $25 000 muri urwo rugendo
Insiguro y'isanamu, Titan yarimwo abantu 5