Muri Tanzania, ubutegetsi bwahagurukiye abahumanya imva…

Insiguro ya video, Muri Tanzania, ubutegetsi bwahagurukiye abahumanya imva…
Muri Tanzania, ubutegetsi bwahagurukiye abahumanya imva…

Imva zirenga 100 mw'itongo ry'abapfuye ry'i Morogoro muri Tanzania zararanduweko ivyuma bizubatseko, nk'imisaraba.

Pudensiana Chumbi, ashinga intahe n'agahinda kuko avuga ko hafubwe abanyamuryango benshi.

Aho muri Tanzania, amabarabara n'inzira z'indarayi navyo birononwa n'izo nkozi z'ikibi.

Abategetsi bavuga ko bariko baratuza iyo ngeso itera umubabaro mu miryango.

Igipolisi gifatanya n'abarangura ivyo vyuma, nk'imisaraba, gufata ababibagurishako.
Insiguro y'isanamu, Igipolisi gifatanya n'abarangura ivyo vyuma, nk'imisaraba, gufata ababibagurishako.