
Jean Marie Runiga, umuyobozi wa politike wa M23
Jean-Marie Runiga yavuze ko abarwanyi ba M23 bashobora kwihuta kuva muri Goma hamwe president Joseph Kabila yokwemera ivyo basaba.
Mur'ivyo harimwo kwambura ibirwanisho abasirikare ba Congo bari mur'ako karere, agasesa akanama kajejwe amatora.
Ivyo leta ya Congo yavyimye amatwi, ikavuga ko ari ibitebu.