Afghanistan: Imiryango yahonye kubera nyamugigima

Insiguro ya video, Afghanistan: Imiryango yahonye kubera nyamugigima

Inyuma ya nyamugigima yateye muri Paktika - Afghanistan, intwaro y'aba Taliban iri mu bihano, iriko itabariza abanyagihugu. Afghanistan isanzwe mu magume y'ivyo intwaro n'ubutunzi.