Russia – Ukraine: kuki abanyamahanga bari muri iyi ntambara?

Insiguro ya video, Russia – Ukraine: kuki abanyamahanga bari muri iyi ntambara?

Abarwana bava mu bihugu 50 bari muri Ukraine gufasha kurwanira ico gihugu. Baja muri urwo rugamba ku mvo zitandukanye. Bamwe babwiye BBC zimwe mu mvo