U Rwanda nta ruhara rufise mu ntambara hagati y'ingabo za DR Congo na M23 – Mukuralinda
Umuvugizi wungirije wa leta y'u Rwanda Alain Mukuralinda avuga ko ata ruhara u Rwanda rufise mu mirwano hagati y'ingabo za DR Congo n'umutwe wa M23.