Burkina Faso : “Ntacizere nkifise ku bacukuzi bacu, b’ubutare”
Abatabara barabandanya kurondera 6 ba Burkina Faso, 1 Zambia na 1 wo muri Tanzania baheze mu manga ya 700m. Uruganda rwa Canada Perkoa mine rwabakoresha nta kinini rurizeza imiryango, yo iguma isenga.