Ukraine: Naduty ari mu basezeranywe umubabaro udasanzwe
Naduty aririrwa i Donbas, “yari yiyemeje kurwanira ubwigenge bwa bose”. Baba abitangira ubuntu canke abarwanira amahera, mu ntambara ya Russia-Ukraine, ivya Naduty ni ishusho y’ibiri k’urubuga.