Ukraine-Russia: Urwibutso rw'ubumwe bw'ivyo bihugu rwarasambuwe
Icibutso c'umuvukano wa Russia na Ukraine, cari cubatswe mu kiringo ca URSS, kibungabungwa i Kyiv, "casenyuwe n'Abarusiya". Vyavugwa na Vitali Klitschko, umukuru wa Kyiv.