Myanmar: “Nta wipfuza gutandukana n'abiwe”

Insiguro ya video, Myanmar: “Nta wipfuza gutandukana n'abiwe”

Mahura ni umwe mu bakuru b’abarwanyi b’abagore, yasize inyuma abahungu biwe 2, uw'imyaka 5, na 8, aja kurwanya leta ya gisirikare y’i Myanmar.