Ubugumba: Ingorane zo kutavyara ziterwa n'iki ku mugabo canke umugore?

Insiguro y'amajwi, Ubugumba: Ingorane zo kutavyara ziterwa n'iki mugabo canke umugore?

Muganga Innocente Irakoze, umuhinga mu bijanye n'irondoka aratuganiriza ku kibazo c'ubugumba ku mugore no ku mugabo.