Korea ya Ruguru: war’uzi Kim Yo-jong, mushiki wa Perezida Kim Jung-un

Insiguro ya video, Korea ya Ruguru: war’uzi Kim Yo-jong, mushiki wa Perezida

Kim Jung-un afise mushikiwe muto, bakuranye no mu mashule, hanze ya Korea. Afatwa nk’ “ikinyegezwa” mu ngingo afata, kandi niwe nyene ubutegetsi iyo musaza wiwe atari hafi.