LA SAPE: Ni gute ugushaza kwabaye akazi n’urudandaza

Insiguro ya video, LA SAPE: Ni gute ugushaza kwabaye akazi n’urudandaza

Abanye-Congo bo mu myaka ya 1960 boba ari bo dukesha uku gushaza kwabaye ingendo, umuco, urudandaza, akazi… bitunze benshi? Abakiri bato babona gute ubuhinga bwo gushaza?