India – Pakistan : Uko bavukana, bari bamaze imyaka 75 batabonana
“Twatandukanye mu 1947, igihe #India na #Pakistan vyacikamwo kubiri.” Ni uko n’ #imiryango yasambutse. Habib na Siddique barushanwa imyaka 8. Ibi ni bimwe muvyo baciyemwo.