Reba imodoka ya mbere kw'isi iguruka

Insiguro ya video, Imdoka ya mbere kw'isi iguruka yarageragejwe

Muri Slovakia, imodoka yambere kw'isi iguruka yafashe ikirere mw'igerageza ryayo kandi rigenda neza.