Kuba uwahoze ari Prezida wa USA bimera gute?

Insiguro ya video, Kuba uwahoze ari Prezida wa USA bimera gute?

Kuba uwahoze ari umukuru w'igihugu wa Amerika bimera gute?

Igihe ca Donald Trump muri White House kigira gihere. Ariko ntivyari bikwiye kumubabaza kuko kuva muri Oval Office bijana n'imperekeza nyinshi.

Hari amafaranga, abarinzi bafise inkoho, kuronswa amakuru y'ibanga eka mbere n'iposita bwite...