Itohoza rya BBC: Ubusuma bw'abana muri Kenya
Igisata ca BBC kizwi nka BBC Africa Eye, cakoze itohoza ku busuma bw'abana muri Kenya, cibonera amahano abera mu mabarabara ya Nairobi aho abana bibwa bakagurishwa nk'imbuto.
Irabire iyo video usubire uyisangire n'abandi.