Finland, igihugu gitwawe n'abagore

Insiguro ya video, Finaland, igihugu gitwawe n'abagore

Finland, igihugu gitwawe n'abagore kikaba ari naco kirangwamwo umunezero kurusha ahandi kw'isi mu mwaka w'2019 nk'uko icegeranyo ca ONU kibivuga.

Umushikirangani wa mbere ni umugore, akaba ari we mushikiranganji wa mbere akiri muto kurusha abandi kw'isi.