Ikiganiro ku madeni ibihugu vya Afrika bifata aho 20% atangwa n'Ubushinwa bigatera impungenge bamwe

Insiguro y'amajwi, Ikiganiro ku madeni ibihugu vya Afrika bifata aho 20% atangwa n'Ubushinwa bigatera impungenge bamwe

Ikiganiro ku kibazo c'amadeni ku bihugu vyinshi vya Afrika aho ibice 20% atangwa n'igihugu c'Ubushinwa, ivyo bigatera impungenge aho bamwe biyumvira ko ico gihugu coba kirondera inzira yo gukoroniza Afrika. Izo mpungenge zoba zifashe? Abahinga mu vy'ubutunzi bavuganye na BBC barahumuriza.