Police ya Uganda ngo nta Munyarwanda ifata kubera gusa ko ari Umunyarwanda

Insiguro y'amajwi, Police ya Uganda ngo nta Munyarwanda ifata kubera gusa ko ari Umunyarwanda

Police ya Uganda ivuga ko ata muntu n'umwe ifata imuhoye ubwoko canke ubwenegihugu, ngo abafatwa bose baba bakekwako ivyaha.